CNDD-FDD Section Chine retweeted
Avec @sinrenovat, @Ndayish34044961 et bien d'autres, sans doute que le parti @CnddFddChine est très forte
Mu ntumbero yo kwakira bashasha no kwirimbura cellules 2 ziri muzigize Section chine arizo cellule Shanghai na Beijing baboneyeho nakaryo ko kwifatanya n'abandi mu gusozera indwi yahariwe intwari.
Cndd-Fdd
Cndd-Fdd Section chine
Uyumunsi haramutswe hasozerwa indwi yahariwe intwari ubuserukizi @CnddFddChine burakeje izo ntwari abakiriho n'abatakiriho tubandanye tuzirikana icivugo c'uyu munsi kigira giti " Abarurwanye,tube imboneza
Mu kubumbatira amahoro n'umutekano; Twigishe imbonerakure ibiranga intwari"
#Burundi Nk’uko biri mu mugenzo mwiza w’Umugambwe @CnddFdd buri wa kane wa nyuma w’ukwezi, Abagumyabanga n’incuti z’Umugambwe bakoraniye hamwe ku wa 29 Gitugutu 2026 mu ntara zose, mu gisabisho mpuzamadini co gukengurukira Imana; ku civugo: " Igihugu gikomezwa n’ubutwari bw’abenegihugu baco".
Mu ntara ya Bujumbura, ico gisabisho cabereye mu ngoro y'umugambwe CNDD-FDD iri muri Komine Ntahangwa, Zone Ngagara aho catewe iteka n’Umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD-FDD, Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo, indongozi mu gihugu no mu mugambwe n’Abagumyabanga bo mu ntara ya Bujumbura.
Mu nyigisho y’ijambo ry’Imana yatanzwe n’umuvugabutumwa Vital Nzubahimana, yisunze ijambo ry'Imana riri mu gitabu ca Bibiriya (Yosuwa 1:9), yasavye abagumyamabanga kwama baha icubahiro Imana bahaye ikibanza ca mbere mu mugambwe, kuko yo idasinzira kandi uwuyizigiye ata rugamba na rumwe arwana ngo arunanirwe.
Yahamagariye kandi Abagumyabanga kuba intwari mu kwubaha amategeko, mu gukunda igihugu no mu kwitaho neza amabanga bajejwe.
Mu mpanuro zatanzwe na Nyeniteka Umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD-FDD, yakengurutse kuba Imana yararinze Uburundi n’Abarundi, igihugu kikaba kiri mu mahoro n’umutekano kandi Abarundi bose bakaba bari ku kivi.
Yamenyesheje ko icivugo catowe kijanye neza na neza n’ukwezi kwa Gitugutu kurangwa n’ukwibukana iteka incungu zitangiye igihugu, Umuganwa Rudoviko Rwagasore yaharaniye ukwikukira kw’Uburundi na Nyenicubahiro Melchior Ndadaye incungu ya Demokarasi. Yasavye Abarundi bose muri rusangi kubafatirako akarorero keza.
Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo yamenyesheje kandi abagumyabanga ko n’ukwezi kwa Munyonyo buca gutangura ari ukwezi kudasanzwe mu buzima bw’Umugambwe aho abagumyabanga bama bibuka mu ntara zose abitanze ku rugamba rwo guhabuza amahoro na demokarasi.
Yahamagariye abagumyabanga kwama bazirikana aho buvuye, aho bageze n’iyo bagana mu kwiha imbonakazoza mu miryango yabo, baje ku kivi barwanirize hamwe inzara, kuko ubu igihugu gitekanye hasigaye urugamba rw’iterambere: « Ubutwari nyabwo bugaragarira mu bikorwa »
CNDD-FDD Section Chine retweeted
Diplomacy #Burundi
CNDD-FDD Section Chine retweeted
#Burundi
A la récolte des Poissons
Son excellence @GeneralNeva
Ku muhingamo w'uno munsi wa gatandatu Cellule Changsha yakoranye muntumbero yo kwakira bashasha,kwibukanya akarangamitima k'Umugambwe Cndd-Fdd kwitegurira Itora ry'Umukuru w'Igihugu rya 2027 ndetse no gukomeza ubumwe hagati yabo.
CNDD-FDD Section Chine retweeted
La diplomatie, une histoire de transmission et de respect mutuel.
Il est des rencontres qui, au-delà du plaisir de se retrouver, rappellent l’importance de l’expérience, de l’écoute et de la transmission dans la vie d’une nation.
Autour d’un moment de convivialité, Son Excellence Monsieur Édouard Bizimana, Ministre des Affaires étrangères, de l’Intégration régionale et de la Coopération au développement, a partagé des échanges enrichissants avec ses prédécesseurs, notamment les Ambassadeurs Albert Shingiro et Julien Kavakure, ainsi qu’avec d’autres diplomates de carrière.
Dans une atmosphère fraternelle, les expériences se sont croisées, les souvenirs ont nourri les échanges et les enseignements du parcours diplomatique ont trouvé toute leur place. Au-delà des fonctions et des responsabilités, ces moments témoignent d’une même volonté : servir le Burundi avec dévouement, dignité et un profond sens de l’intérêt national.
Car la diplomatie est aussi une école où l’on apprend auprès de ceux qui ont ouvert la voie, où l’expérience se partage et où chaque génération apporte sa contribution à l’œuvre commune.
Un arbre qui veut garder ses feuilles verdoyantes doit rester fidèle à ses racines. De même, une diplomatie qui aspire à grandir et à rayonner gagne à préserver le lien avec ceux qui ont contribué à bâtir son histoire.
Honorer ses aînés, écouter leur expérience et poursuivre le travail engagé, c’est inscrire l’action présente dans une continuité porteuse de sens et préparer, avec sagesse, les générations diplomatiques de demain.
Servir la patrie, c’est aussi savoir d’où l’on vient pour mieux construire la suite du chemin.
CNDD-FDD Section Chine retweeted
CNDD-FDD Section Chine retweeted
Nous sommes #Imbonerakure et nous sommes fiers de l’être. L’âge importe peu : ce qui compte, c’est la conviction, l’engagement et l’état d’esprit. Quelles que soient les tempêtes, notre identité, notre conviction et notre détermination demeureront intactes.
#ImbonerakureDay2026
Ce samedi 29 août 2026, les membres de la Ligue des jeunes affiliés au Parti @CnddFdd célèbrent la journée qui leur est dédiés #ImbonerakureDay, à l’occasion de sa dixième édition.
Les cérémonies se déroulent à Gitega, capitale politique du #Burundi, en présence des dizaines de milliers de Bagumyabanga et des jeunes Imbonerakure venus de différentes provinces du pays pour participer à ce rassemblement annuel.
Les cérémonies de cette dixième édition sont rehaussées par la présence du Président de la République et Président du Conseil des Sages du Parti CNDD-FDD, S.E Évariste Ndayishimiye.
Le chef de l’État participe à cette cérémonie aux côtés des membres du Conseil des Sages dont le Secrétaire général Très Honorable Révérien Ndikuriyo et son adjoint Hon. Cyriaque Nshimirimana, le Président de @nshingamateka Très Honorable Gélase Daniel Ndabirabe; ainsi que des Secrétaires Nationaux.
Participent également à cet événement, le Vice Président de la République du #Burundi, Prosper Bazombanza, le Premier Ministre, les membres du Gouvernement, des membres du Corps diplomatique, des délégations étrangères ( Tchad, RDC, Tanzanie, Congo , Afrique du Sud, Zimbabwe, Gabon, Algérie, Namibie ) ,des représentants d'autres partis politiques et des invités d'honneur.
Les activités débutent par un défilé inédit. Le direct:
youtube.com/live/xzLvL0mOnq4…
CNDD-FDD Section Chine retweeted
Highlights of the 10th Imbonerakure Day 2026 in Gitega, organized by the CNDD-FDD. Young people from Burundi and from friendly political parties in Africa took part in this important event. The event was full of unity, discipline, culture, a scientific conference, and a strong show of organization and strength.
#cellules zitandukanye zigize section Chine zahimbaje umunsi mukuru wahariwe Imbonerakure Mukanyamuneza.
@CnddFdd
@CnddFdd_Russia
#ico kiyago carangiriye muguhana ijambo bisunze icivugo c'uyu mwaka aho Imbonerakure zemerenije ko ari uguhindura ivyiyumviro muvyo bajejwe no guhagararina amahoro n'umutekano vyo soko y'Iterambere rirama.
#ico kiyago cabereye kubuhinga ngurukanabumenyi muntumbero yo guhimbaza uwo munsi mukuru wahariwe Imbonerakure @Ndayish34044961 arongoye Umuhari w'Imbonerakure yibukije abitavye uko uwo munsi mukuru wagiyeho n'uko Imbonerakure zatanguye kubaho n'uruhara bogira mw'Iterambere.
Mugihe ejo aho bukera hazohimbazwa umunsi mukuru wahariwe IMBONERAKURE (Imbonerakure Day) Uwurongoye Umuhari w'Imbonerakure muri @CnddFdd_Chine yatunganije ikiganiro ku muhingamo w'uyu wa gatanu guhera Igihe cisaha cumi zumuhingamo gushika isaha cumi Na zibiri kwisaha ya Beijing.
CNDD-FDD Section Chine retweeted
#IMBONERAKURE_DAY2026
Muratumiwe mwese kuncuro yayo ya 10 kuri #INGOMA_STADIUM Le 28l08l2026
@CnddFddGitega @CnddFdd @CnddFddAlgerie @CnddFddChine @CBurunga @CnddFddButanyer @CnddFddBuhumuza @CnddFddMairie @CNDD_FDD_SA @NtareHouse @generalneva @R_Ndikuriyo @Burundi1stlady




































































