Don Elvis Munyembabazi (@MDonElvis) header
Don Elvis Munyembabazi (@MDonElvis) profile picture

stay strongđŸ’Ș

République du Rwanda
Joined April 2025
Photo by Don Elvis Munyembabazi (@MDonElvis)Photo by Don Elvis Munyembabazi (@MDonElvis)Photo by Don Elvis Munyembabazi (@MDonElvis)Photo by Don Elvis Munyembabazi (@MDonElvis)Photo by Don Elvis Munyembabazi (@MDonElvis)Photo by Don Elvis Munyembabazi (@MDonElvis)Photo by Don Elvis Munyembabazi (@MDonElvis)Photo by Don Elvis Munyembabazi (@MDonElvis)Photo by Don Elvis Munyembabazi (@MDonElvis)Photo by Don Elvis Munyembabazi (@MDonElvis)
Bro #Faustin_Ndikumana urakwiye kumenya ko Démocratie ari ukwihitiramwo ico dushaka. Ntawuduhagaze ku gakanu kugirango atwereke umu Candidat dukwiye gutora; aho tugeze ntitugitamikwa ijambo, ivyo tutazi iyo vyahekenyewe ntitumira ! Bandanya ukorera umukoloni uzovyishura.
1
1
51
Don Elvis Munyembabazi retweeted
Iyi Nyagasozi #Faustin_Ndikumana ko itumirira avarundi kutongera Neva iyindi mandat ngo abikira nabi we kuva aho yatwariye @ParcemBurundi niko ariwe abishoboye gusumva abandi ? Natubwire ivyiza amaze gukorera abarundi hanyuma bimubere ibisabisho bitwemeza ivyo ariko aravuga.
3
3
154
Don Elvis Munyembabazi retweeted
🇧🇼 Demokarasi yaratsimbataye n’uwuvuye kunya wese ashaka kwikukura kundongozi kugira ahanwe bace baja hejuru ngo muburundi nta mahoro. Iyi Ngaragu Mr Gihembe #Faustin_Ndikumana ukuntu yifatora mugahanga umukuru w'igihugu iyaba murwanda ata libertĂ© d'expression iriho aba yarishwe.
1
4
4
143
Don Elvis Munyembabazi retweeted
Abegereye #FaustinNdikumana Ibisazi ngo vyongeye kuvevura😃,inyuma yuko asanze yaribeshe akavugako adaharanira inyungu za Polotike kandi arizo ashaka, ngo yipfuza kwitoza kuba umukuru w'igihugu ariko akagozi yishize mw’izosi kamufashe.Ariko atanga amabwiriza nk’umutoza.😀😀
10
10
65
Don Elvis Munyembabazi retweeted
En marge du Forum MEDays organisĂ© au Royaume du #Maroc, la PremiĂšre Dame SE Angeline Ndayishimiye @Burundi1stLady a effectuĂ© une visite au Cap Spartel et aux Grottes d’Hercule, deux sites emblĂ©matiques de Tanger. Cette dĂ©couverte lui a permis de d'apprĂ©cier la beautĂ© naturelle et la richesse historique de cette rĂ©gion du Royaume. La PremiĂšre Dame a Ă©galement visitĂ© le MusĂ©e Ibn Battouta (Borj En-NaĂąm) de Tanger consacrĂ© Ă  la mĂ©moire du cĂ©lĂšbre voyageur marocain Ibn Battouta. Cette visite lui a permis de dĂ©couvrir davantage le riche patrimoine historique et culturel du Maroc.
1
28
41
3,450
Don Elvis Munyembabazi retweeted
🚹 #FaustinNdikumana, tais-toi ! La dĂ©mocratie, c'est le peuple qui choisit librement son PrĂ©sident. Tu n'as aucune lĂ©gitimitĂ© pour t'Ă©riger en guide du vote. Les Burundais n'ont pas besoin de tes leçons. Cesse de vouloir te substituer Ă  leur choix ! 🇧🇼✋ @ParcemBurundi stop!
9
9
69
Cliquez sur le lien pour participer au vote et dĂ©signer le PrĂ©sident du Burundi, Ă©galement PrĂ©sident en exercice de l’Union africaine, S E #Evariste_Ndayishimiye comme Leader africain de l’annĂ©e 2026. @GeneralNeva @NtareHouse almpoty-2026.base44.app/vote

14
15
438
Don Elvis Munyembabazi retweeted
#Faustin_Ndikuriyo ababaré niyashaka ameneke! Rira gose usumvye ngaho niho twokwemera ibidahwe vyawe nguravuze! Ninde yaguhenze ko abarundi dutamirwa ijambo? Turazi igihugu iyo cavuye niyo kija, amajambo yanyu acafuza umukandida wa Cndd-fdd ntaco ahindura tuzomutora 100%
7
7
214
Don Elvis Munyembabazi retweeted
Gusara ni umwete ,ubundi iyo #Faustin_ndikumana wa @ParcemBurundi yari kuba ashoboye gutwara,nawĂ© yari kudepoza dossier muri CENI,none azi kubwejagurira aho ari nk’inyo y’isekuro.Nareke gutanga amategeko iyo mbwa atunganye #Parcem nayo ifise ibibazo kuba iyoborwa n’umutinganyi .
1
13
16
254
Don Elvis Munyembabazi retweeted
#Faustin_Ndikumana ko mbona tadundubiwe kubw’ibikirwa vyiza vya Neva. Ubwo iryohembe yameze siryo rimutera kubona ibibi gusa? Ishavu ryuko atamutoye ariko agatsinda niryo rimuvugisha nabi kurya! Ubuho rero yigize umuhanuzi w’abarundi nk’ahumenga niwe yera imbere yacu. Comeka !!
9
9
223
Don Elvis Munyembabazi retweeted
Uyu musore yasatuye yambara nka kayisari ntarinze yugaza inyo. None kunanirwa kurongora ngo ugire urugo rwawe ucuta indero? Bigenda gute ngo #Faustin_Ndikumana ahangare prĂ©sident wacu atako atakoze kugirango abarundi batunganirwe kuva kurugamba rw’umuheto gushika uyumusi?
2
11
13
1,380
Don Elvis Munyembabazi retweeted
Turubaka nawe ugasambura? Iyi ngendo ya #Faustin_Ndikumana yo guhungabanya amahoro na démocratie atazi Ingene vyarondewe yoba yibazako abarundi tumunezererewe? Ico yomenya nuko atutse indongozi twitoreye aba atutse abarundi twese twamutoye. Harumusi tuzomubamba kumuyagankuba
10
10
180
Don Elvis Munyembabazi retweeted
La @fdnbbi dement avec fermeté les fausses allégations véhiculées à travers le compte youtube de @MUGENZI TV ce 23 novembre 2026 à propos de la provenance de l'avion de chasse qui a fait crash à Minembwe. La @fdnbbi reconnait avoir déployé en RDC dans le cadre de la coopération bilatérale; des militaires opérant au sol uniquement sans aucun moyen de combat aérien.
53
35
8
95
40,836
Don Elvis Munyembabazi retweeted
En marge de la ConfĂ©rence sur la santĂ© publique en Afrique (#CPHIA2026), j'ai eu un entretien fructueux avec mon frĂšre, S.E. Dr Abiy Ahmed Ali (@AbiyAhmedAli), Premier ministre de la RĂ©publique fĂ©dĂ©rale dĂ©mocratique d'Éthiopie. Dans le prolongement de nos rĂ©cents Ă©changes, nous avons passĂ© en revue nos prioritĂ©s partagĂ©es et convenu d'Ă©largir davantage la coopĂ©ration bilatĂ©rale entre le #Burundi et l'Éthiopie, au bĂ©nĂ©fice de nos deux peuples. Nous avons Ă©galement Ă©changĂ© sur les moyens de faire progresser notre agenda commun aux niveaux rĂ©gional et continental, notamment en matiĂšre de santĂ© publique, d'intĂ©gration africaine, de paix et de dĂ©veloppement durable, dans l'esprit de l'Agenda 2063 de l'Union africaine. Le Burundi demeure pleinement engagĂ© aux cĂŽtĂ©s de l'Éthiopie pour une Afrique unie, prospĂšre et souveraine.
72
182
4
460
35,884
Don Elvis Munyembabazi retweeted
Umugambwe @CnddFdd wasozereye indwi yahariwe intwari ku rugamba: “Amahoro, ubumwe n’umutekano ntivyizanye, vyararondewe..”
32
80
3
142
4,898
Don Elvis Munyembabazi retweeted
Mw’ijambo yashikirije Abagumyabanga, Umukuru w’Igihugu, Nyenicubahiro @GeneralNeva, yibukije imvo n’imvano yatumye hatanguzwa urugamba rwo kurondera amahoro na demokarasi, izo nazo nkurunkuru akaba ari igandagurwa ry’Umukuru w’igihugu yari yitorewe n'abenegihugu hamwe n’abafasha biwe, ubwicanyi bwari hirya no hino mu gihugu, canecane mu mashure yisumbuye no muri za kaminuza, bukozwe n’abasirikare b’ico gihe, akarenganyo n’ayandi mabi yakorerwa Abarundi. Afatiye ku civugo caranze iyo ndwi kigira giti: «Abarugwanye, tube imboneza mu kubumbatira amahoro n'umutekano, twigishe imbonerakure ibiranga intwari», yamenyesheje ko iyo ndwi itari igenewe gukabura inzigo canke urwanko, ahubwo yari igamije gukura icigwa muri kahise, gutahura ibihe turimwo no gutegura kazoza keza, kugira ngo ivyago nk’ivyo vyashikiye igihugu ntibizosubire. Umukuru w’igihugu yibukije ko intwari mu kurondera amahoro na demokarasi zititanze ku bw’inyungu zazo bwite, ahubwo zabitumwe n’imigambi myiza kandi y’iteka, ari yo demokarasi, amahoro, ubutungane n’iterambere rirama vy’abanyagihugu bose. Yamenyesheje ko iyo migambi myiza y’iteka ikwiye gushikirizwa urwaruka kugira ngo ivyiza bimaze gushikwako bibungabungwe, kandi abantu bagume barikanuye kugira bagwanye hakiri kare ico cose coza kigomba guhungabanya amahoro n’umutekano. Yahamagariye Abarundi kurwanya akarenganyo, amacakubiri ashingiye ku bwoko, igiturire, ubukene, ubunebwe n’ibindi vyose bishobora gusubiza igihugu mu makuba cacimwo muri kahise. Yamenyesheje ko urugamba rukwiye kugwanwa muri iki gihe ari urwo kurwanya ubukene no kubungabunga ivyiza bimaze gushikwako. Mu kurangiza, Nyenicubahiro @GeneralNeva yahumurije Abarundi, abamenyesha ko atantambara y'inkoho n'amasasu izosubira kuba mu Burundi, abahimiriza kwitaho ibikorwa vy’iterambere batekanye, no kwitegurira mu mahoro amatora y’Umukuru w’igihugu yimirije.
3
45
1
59
4,327
Don Elvis Munyembabazi retweeted
Umukuru w’igihugu c’Uburundi, akaba n’Umukuru w’inama nkuru y’inararibonye z’umugambwe @CnddFdd, hamwe n’uwuserukira uwo mugambwe mu matora y’Umukuru w’igihugu yo mu 2027, Nyenicubahiro @GeneralNeva, yitavye, kuri uyu wa 21 Munyonyo 2026, ku kibuga c’inkino citiriwe ingoma c’i Gitega, ibirori vyo gusozera indwi yahariwe intwari zitangiye urugamba rwo kurondera amahoro na demokarasi. Ivyo birori vyitabwe n’indongozi zitari nke zo mu nzego zo hejuru mu gihugu, harimwo icegera c’Umukuru w’igihugu, Umushikiranganji wa mbere, abashingamateka n’abakenguzamateka, abashikiranganji hamwe n’abarongoye imigambwe itandukanye. Hari kandi intumwa zitari nke z’umugambwe UDPS uri ku butegetsi mu gihugu ca Repuburika Iharanira Demokarasi ya Kongo. Izo ntumwa zari zirongowe n’Umunyamabanga mukuru w’uwo mugambwe, Nyakwubahwa Augustin Kabuya Tshilumba. Ibirori vyatangujwe no kugendera utuzu tw’icibutso c’inzu zabamwo abagwanyi n’ivyibutsa ubuzima babayemwo, canecane imfungurwa basangira mu gihe c’urugamba. Inyuma y’aho, Umukuru w’igihugu yashize umukono mu gitabu c’iteka, mu guha icubahiro izo ntwari zatanze ubuzima bwazo mu rugamba rwo kurondera amahoro na demokarasi mu Burundi. Ivyo birori vyaranzwe kandi n’idefire ndende y’urwaruka rw’umugambwe @CnddFdd, canecane Imbonerakure n’Ibiswi vy’Inkona. Iyo defire ibereye ijisho, yabaye kimwe mu vyaranze ibirori vy’uwu musi.
2
41
44
2,390
Don Elvis Munyembabazi retweeted
Mugihe Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu @GeneralNeva yatanguje icese urumuri rw'amahoro #FlambeauDeLaPaix2026 ku wa 13 Munyonyo 2026, ku civugo kivuga giti: "Tuzigame amahoro twaronse, dukore twisunze imbonakazoza yacu", rurabandanya mu ntara zitandukanye z'igihugu c'U #Burundi
36
42
1,390
Don Elvis Munyembabazi retweeted
Inama nshikiranganji yarakoranye kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 18 Munyonyo 2026, ku kirimba Kwa Ntare Rushatsi, irongowe n'Umukuru w'igihugu c'U #Burundi Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE (@GeneralNeva). Mu vyo bihweje harimwo integuro y'itegeko ry'Umukuru w'igihugu rizogena ikibanza ca Reta kizokwubakwamwo ikibuga mpuzamakungu c'indege c'i Bugendana, komine #Bugendana mu ntara ya @Gitega.
36
42
2,693
Don Elvis Munyembabazi retweeted
Le Chef de l’État Burundais, PrĂ©sident du Conseil des Sages du @CnddFdd et Candidat de ce Parti aux Ă©lections prĂ©sidentielles de 2027, Son Excellence Évariste NDAYISHIMIYE (@GeneralNeva), a rehaussĂ© de sa prĂ©sence, ce 21 novembre 2026, au stade Ingoma de Gitega, les cĂ©rĂ©monies de clĂŽture de la Semaine dĂ©diĂ©e aux hĂ©ros de la lutte pour la paix et la dĂ©mocratie. Ces cĂ©rĂ©monies ont enregistrĂ© la participation de plusieurs hautes personnalitĂ©s du pays, notamment le Vice-PrĂ©sident de la RĂ©publique, le Premier Ministre, des dĂ©putĂ©s et sĂ©nateurs, des membres du Gouvernement ainsi que des responsables de plusieurs partis politiques. Une importante dĂ©lĂ©gation de l’UDPS, parti au pouvoir en RĂ©publique dĂ©mocratique du Congo, Ă©tait Ă©galement prĂ©sente. Elle Ă©tait conduite par son SecrĂ©taire gĂ©nĂ©ral, l’Honorable Augustin Kabuya Tshilumba. Les cĂ©rĂ©monies ont dĂ©butĂ© par la visite de maisonnettes symboliques, amĂ©nagĂ©es pour reconstituer les habitations des combattants et rappeler leurs conditions de vie, notamment les repas qu’ils partageaient durant la lutte. À l’issue de cette visite, le Chef de l’État a apposĂ© sa signature dans le livre d’or, en hommage Ă  la mĂ©moire de ces hĂ©ros qui ont consacrĂ© leur vie Ă  la lutte pour la paix et la dĂ©mocratie au Burundi. La journĂ©e a Ă©galement Ă©tĂ© marquĂ©e par un long dĂ©filĂ© des jeunes affiliĂ©s au parti @CnddFdd, notamment les Imbonerakure et les Ibiswi vy’Inkona, dont la prĂ©sentation a constituĂ© l’un des temps forts de ces cĂ©rĂ©monies.
2
76
111
8,322