Buja FM (@buja_fm) header
Buja FM (@buja_fm) profile picture

87.6 Buja FM is officially on air. This is the first and the only radio station in Burundi focusing on Entertainment.

Burundi
Joined February 2017
Photo by Buja FM (@buja_fm)Photo by Buja FM (@buja_fm)Photo by Buja FM (@buja_fm)Photo by Buja FM (@buja_fm)Photo by Buja FM (@buja_fm)Photo by Buja FM (@buja_fm)Photo by Buja FM (@buja_fm)Photo by Buja FM (@buja_fm)Photo by Buja FM (@buja_fm)Photo by Buja FM (@buja_fm)
#Ambiance_Love Ikiyago: Nyuma yo gusezeranira umukunzi wawe ko ushaka kuzosazana nawe,uronse inkuru y'ukuri ko adashobora kw'ibaruka. Wokomeza isezerano canke woca umuheba? #BujaFM #Burundi
1
2
8
#Ambiance_Love Ikiyago: Ni izihe nkingi z'umwumvikano n'umunezero mu rukundo canke mu rugo?
1
Meet @Femi_One 🇰🇪 #Utawezana hit maker, in Rotation now on 88.6 mhz #BujaFm | bujafm.com #Burundi
6
26
Catch live @femi_one all the way kutoka #KENYA, kwenye EXLUSIVE INTERVIEW YA KATIKA EXTRA THE BIG SIZE on #BujaFm. instagram.com/p/B_P4X4thSp_/…
4
7
Burundi 🇧🇮🇧🇮. Thank you so Much for the love catch me tonight 6-8pm on KATIKA EXTRA, BUJA FM cc @adrian_lavista @DeejayMario257 #utawezana instagram.com/p/B_P5TJgFRhh/…
2
1
6
1/3 #AmbianceLove 87.6 or 100.4 mhz Inkuru: Mwiriwe bakunzi b'ikiganiro. Nitwa Céle (Itazirano) nkaba mfise umukunzi twariko turi tegurira kubana mumisi iza . Ariko rero vyarashitse turaryamana kandi tubikunze twese kuko turakundana bikwiye ico ntamakenga ndagifiseko.
1
5
2/3 #AmbianceLove Tumaze kuryamana aheze imisi acarabwira ko yoba y'ibungenze,ndamubwira abanze apimishe asanga nivyo ar'ibungenze. Ivyo kuri jewe ntaco vyahinduye kuko ndamukunda kandi numva ko bibaye ngobwa ko ndamutwara nomutwara.
1
2
3/3 #AmbianceLove Ariko rero we yanse ngo ashaka ko tuyikuramo kubera ataraheza ishure. Nashaka mumfashe gufata ingingo nzinza muri bino bihe ndimwo bitanyoroheye. -Mbe no mwemerera ayikuremwo? -Amategeko y'igihugu cacu abivugako iki? Www.bujafm.com 87.6 or 100.4 mhz
1
Live now #EveningSport on 87.6 mhz, 100.4 mhz | bujafm.com
4
#NowPlaying ▶️ In My Heart by @misserica257 ft @sat_b_satura 📻 #HitConnection 👂: bujafm.com #BujaFM 87.6 mhz #Burundi
7
10
Gratitude to the Radio @buja_fm Promote #SDGs on the Radio on this #DecadeOfAction , we shall be able to better engage with a wider audience in the Burundian community. #SDGsGenerationInBurundi #DecadeofActionsOnSDGs @JeremyUNICEF @VeroniqueKabon1 @SDSNYouth_GL @AYCommission
6
20
#AmbianceLove IKIYAGO : AMAFARANGA N'UBWIZA Ubwiza bw'umubiri k'umuntu atagira amafaranga bufasha iki canke bwonona iki mu rukundo ? Mbe vyo tuma haba ugucanamwo naho ubwo bwiza buhari hakabura amafaranga? #BujaFm bujafm.com #Burundi
A successful woman is one who can build a firm foundation with the bricks others have thrown at her. Happy international women's day. #WomensDay2020 #BujaFM bujafm.com
1
3
#AmbianceLove #Ikiyago Ndabaramukije bakunzi b'ikiganiro. Je narakunze umwigeme nawe aranyereka ko ankunda. Tumarana imyaka ibiri. Niho guca ndamugurira igitenge n'ibirato ndamurungika iwabo kugira abamenyeshe ko ndi mukuja gusaba irembo,
1
2
aranyemerera ko agenda ariko ntiyigeze agenda munyuma sanga asigaye arikumwe nuyundi muntu. Je nagomba mumfashe. Nariko niyumvira kumusaba ansubije ivyo ibintu namuhaye. Mu mpanuye iki? #AmbianceLove on Buja Fm 📻 87.6 or bujafm.com