
Umuranga w akaranga. #ndaraguza #ndaterekera #ndabandwa. #Umunyoni https://xitter.gq/t.co/g3X0UvYrxd https://xitter.gq/t.co/uoNrJhiHZ2
Bujumbura
Joined January 2020
- Tweets5.2K
- Following4
- Followers8.8K
- Likes937
Imihimbiri ni kiyiha ba Nyina...
youtu.be/Xe5DTNoLvPc?si=zCL3…
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 retweeted
Nagira mfate aka kanya kugira ngo nshimire Imana kubana 6 baraye bavutse biciye muri bwa buhinga bwo kuvura abavyeyi batashoboye kuronka ibibondo maze bagakira kandi bakibaruka(Fécondation In-Vitro), butangirwa kuri Polyclinique Umugiraneza mu kibimba mu ntara ya Gitega.
Ndakeje rero imiryango yibarutse na rirya muri bo harimwo umuryango warumaze imyaka 20 utararonka uruvyaro.
Ibibondo navyo tuvyipfurije amagara meza.
Mushaka amahoro na twebwe, Mwirinde ibituma dusokora Inzara.
Naho tuba turi mu yindi Migambi, Urwembe rwo kubakeba ruguma ruri ku Makari...
Amatora yegereje, nya Misiba itanguye Kunyagara. Nukuyitegesha isamaki.
Bamwita #Mukorumbone Nellynat.
Yahushuye Umukuru wa Za #Mujeri none zataye umutwe ziguma zinyagara nk'imisiba zibwejagura.
Zibweja Dukona, dukona Zibweja. Nya Mihimbiri yari yarihaye #Monopole izi ko Itazomeswa. Nibagume hamwe bawote. Bashaka amahoro birinde kwivanga mubituma dusokora inzara. ....
Nibereye muri amboutellage ndabuze uko nshika mu Kamenge kurya Ubunure ( Ubutumbutumbu bw Ingurube). None nguye kuri Video ya Nellynat ariko Yuriza Nyina Pacifique NININAHAZWE.
Nibamuhe Nyina, uzi abana b igihugu yataye ku Risongoye. ..
1
3
726
Jewe Semavumba na General Rupfu hamwe n'abadufana bose, Tuzotora Umucandidat wa @CnddFdd ariwe @GeneralNeva Mu matora yo kuwa 3 Rusama 2027...
Ntihagire abazoturondera ngo tubamamaze. ...
Nd'Umurwanyi arwana urugamba rw iterambere no Gutsimbataza Amahoro n Umutekano twahawe n'intwari zarwanye urugamba rwo guhabuza Demokarasi za @CnddFdd ....
Ubuhinga buhanitse ku Bana b uburundi. Fyonda kwino links urabe aho urugendo rwa 2040 tugezemwo.
youtu.be/y_jQCSMR5AQ?si=ELwu…
1
3
676
Abana b'igihugu bakomeza gukora Unushakashatsi.
Muri #GreenGoBurundi bazanye Ubuhinga bwo guhinyanyura Moto Zikoresha Igitoro bakazihindura izikoresha Umuyagankuba.
Ukeneye ko MOTO YAWE IHINYANYURWA Nyandikira ndakugeze kuri bano bana bo kwa Ntare.
Nyeniteka @R_Ndikuriyo akomeza gupanga akarere mu Burusiya.
@CnddFdd_Russia .
📍 #COTEBU : WEHOKUKI IRASHITSE KW’ISOKO! 🥳🔥
Unomunsi no Ku munsi w'ejo Munyonyo, Lydia Ludic Burundi iza kuba yibereye kuri COTEBU mu gikorwa co kudandaza amatike menshi ya Tombola WEHOKUKI. 🥰
Nimuze mugerageze amahirwe yanyu, kuko WEHOKUKI irabandanya kugaba! 🎁💰
ZIGUMA ZIGABAAAA! 🔥
#WEHOKUKI #LLB #COTEBU
Nsigaje gutora @GeneralNeva itariki 3/5/2027.
Nce niryamira.
4
5
862











