The most capable couple in the whole wide world. Running a country poised to beat Singapore by 2040. 😆 🤣 😂. A whole doctor right here 😆 🤣 😂
🇧🇮 Revolution Yoba Yatanguriye i Matongo. DD Imisi Yabo Iraharuye. Agatu... youtu.be/X6moPBvqMBg?si=2rX4… via @YouTube
Ngo Umwami wa Mbere yari umuhutu. Ese Ntiba, ivyo bifasha iki abarundi b... youtu.be/Rz0WBumw444?si=krbK… via @YouTube
Nipfuza kuganira na Dr
@Aniyonizigiye niba ufise akanya muri ino ndwi. Ushobora kunyandikira inbox. Merci
Aba DD barijajaye bibaza ngo ananyagihugu barasinziriye ariko bamenye ko agatu gatekeye amahwa kimena
Neva na mukiwe batwara igihugu ca nyuma kw'isi. Nta gitoro, na mahera y'agaciro, nta muyagankuba, nta matara, nta mazi etc....ARIKO bakita abandi imburakimazi. Dudes, look in the mirror 😆 🤣 😂

















