Platform Show retweeted
Nararonse igitoro banyemereye ca buri kwezi (40L) mugabo giheze ukwezi kutarahera ndafise uburenganzira bwo kwironderera ikindi.
Ntihagire uwuta amakosa kuri organisation ya Miss Burundi.
Murakoze.
Platform Show retweeted
Uno munsi niho ibimenyeshamakuru bikorera kumbuga ngurukanabumenyi bihurikiye mu rubuga bise "Online TV & BIC" vyaramutse vyifadikanya n'abandi barundi mu bikorwa rusangi vyabereye ahariko hubakwa Stade Intwari mwi #Rohero i #Bujumbura. 1/
@NtareHouse
youtu.be/H78fSjAP57k
Platform Show retweeted
Ivyo birori bikaba vyaranzwe n'akanyamuneza ntangere. Ico gikorwa kikaba caje kugaragaza umwitwarariko n'ishaka abamenyeshamakuru bakorera kumbuga ngurukanabumenyi bafise muguterera agacumu k'ubumwe mw'iterambere ry'igihugu cacu u #Burundi. 2/2
@NtareHouse
youtu.be/H78fSjAP57k
Platform Show retweeted
En cette matinée du 13 mai 2023, les médias en ligne se sont joints à la population de @MairieBuja, dans les travaux communautaires relatifs à la construction du #Stade_Intwari.
#Burundi
#ingomag – at Burundi
Platform Show retweeted
Pisikologe,barya bantu b'organisa ayo ma awards umenga harimwo akantu katameze neza?siryambere babikoze ariko ba repeta les memes fautes,murabiyegereza mubaterere ivyiyumviro.
By d'way @natachaburundi1 ngo niwe best femal EAC?🤔🏃
Platform Show retweeted
📍C'est aussi confirmé que @black_g_bdi se produira ce samedi 01 Octobre 2022 lors de la cérémonie @platformshow257
Music Awards. 2/2
#Burundi 🇧🇮
#Arena
@akezanet
@JimbereMag
@buja_fm
@betvburundi1
Platform Show retweeted
📍C'est désormais confirmé que @mista_champagne se produira ce samedi 01 Octobre 2022 lors de la cérémonie @platformshow257
Music Awards. 1/
#Burundi 🇧🇮
@platformshow257
#TaxiMinute
#BazaMobile
#OkapiPalace
@akezanet
Platform Show retweeted
En attendant de découvrir les gagnants de la soirée, @platformshow257 a conclu des partenariats. La cérémonie promet d'être bien orchestrée et bien sponsorisée. 3/3
#Burundi 🇧🇮
@MinEACJSCBdi
@betvburundi1
#OkapiPalace
#BazaMobile
Platform Show retweeted
Toujours beaux, toujours brillants et toujours scintillants, les artistes burundais sont prêts pour mettre de la magie à cette cérémonie. 2/
#Burundi 🇧🇮
@MinEACJSCBdi
@platformshow257
#Arena
#TaxiMinute
Platform Show retweeted
📍Save the date ✍️
#Bujumbura sera à la fête ce Samedi 01 Octobre 2022 puisque #ArenaLoungeBar, un des bars-restos les plus fréquentés de la capitale sera le théâtre de la cérémonie Platform Show Music Awards. 1/
#Burundi 🇧🇮
@MinEACJSCBdi
@platformshow257
@akezanet
@buja_fm
Platform Show retweeted
🚨 @belle9ice New Music this Friday
2 Nominations on @platformshow257
-Best Female Artist
-Best RnB/Afro Song - Like ft @BainTuro
Vote link platformshowmusicawards.com/…
For the new music subscribe on YouTube youtube.com/c/Belle9ice
Platform Show retweeted
Vote Sat-B on @platformshow257
1. Artist Of the Year
2. Best Male Artist
3. Best Performance
4. Video of The Year - Hug Me
Vote link below platformshowmusicawards.com/…
Platform Show retweeted
Kuwa na subra sio tu kuwa na nguvu ya kusubiria ila pia inahusisha kile unakifanya wakati unasubiria.
Platform Show retweeted
Heshima na upemdo kwa mafanz wangu wote nawapenda sana bila nyinyi sipo i love you guys !!! big up kwa wale wano support my music asanteni #Onelove #onehart #onepeople #We are one
virus video link in my bio instagram.com/p/B0vVYBgBxCd/…
Platform Show retweeted
Congratulations!
K-Muco - Cassava ft Poro
@Djproofficial9 - Unanimaliza
Fabelove - Dogo
@kingorongoro257 - Ex-Girlfriend
@preeze_36one - Cakira
B-face - Namba Moja
#BestHipHopSong Nomination list.
full list here bujaawards.com/buja-music-aw…
#BujamusicAwards #BMA2019
#BMA2019Nominees





































