Le philosophe burundais (@bdiphilosophe) profile picture

philosophe actif et soucieux d'un changement positif

.
Joined January 2023
Photo by Le philosophe burundais (@bdiphilosophe)Photo by Le philosophe burundais (@bdiphilosophe)Photo by Le philosophe burundais (@bdiphilosophe)Photo by Le philosophe burundais (@bdiphilosophe)Photo by Le philosophe burundais (@bdiphilosophe)Photo by Le philosophe burundais (@bdiphilosophe)Photo by Le philosophe burundais (@bdiphilosophe)Photo by Le philosophe burundais (@bdiphilosophe)Photo by Le philosophe burundais (@bdiphilosophe)Photo by Le philosophe burundais (@bdiphilosophe)
Wari uzi ko @nellynadia3 ashobora gutuma bibaza ngo nta ndero ugira? Vyaranshikiy ejo, nugurura vidéo irimwo amajwi yiwe atuka umuntu yirabura ngo afise ama*yi mur cerveau. Naje ndiruka kuzimya atanguye kuvuga ibintu vyo gufyeta ud**ino. Bamwe bavuga ngo imico bari hé?
Kera twaheza humanités générales dufise igishika co kuja mu ma universités. Abatatoye exétat bakaja mu ma privées. Ariko ubu ubona utuntu nka twa @gilbertvyi77746 twa @nellynadia3 twa @BurundianD68075 twi @semavumba bize muduprivées secondaires two gupfupfahaza twigize utuvugizi
2
77
Kuki batorondera abantu bakoresha arguments kugira badefende Iyo système politique yabo? Kuki bakoresha abantu benuriye ubwenge bagasiba ivyigwa vyose vy'indero yo Ku ziko? Abasore turagorwa, nk'urya ugakwegera mu nzu, indirimbo bakaririmba ngo ugabanye inka? @Sihoturi mbariza
27
Iyo imihimbiri ironkejwe ijambo ituka ubwenge n'abanyebwenge. Ni koko ubwenge burihuta ariko umuvuduko uriko ushobora kurinda usandaba butagushikiriye. Cerveau yawe uzoyijana ikiri isugi, isugi busugi.
Ngo muzobamenyera kuvyo bama. Izinyigisho za Musenyeri Ntamwana zirateye amakenga. Nimba atashatse kubishiramwo politique nyinshi, ntamwana ntabwenge. Kuko ibi bibazo yavyishuye nk’uruhinja.
1
1
450
Abanyafrika turababaje. Turiko turatabaguranira umuryango w'ururimi rw'abaduhotaguye. Ikibabaje kurusha, amafaranga atuma uwo muryango ukora dutangamwo ibice hafi ya ntavyo. Mu kirundi duti uwutigaba ntiyigaburira. Abo bagaburira uwo muryango ngo ubeho nibo bategeka uko ukora.
2
137
Ese kugwanira kuba umuja nk'aho birahagije tukagwana n'abo dusangiy umugabane, ibibazo mbere na kahise kabi ko guhotaghrwa na ba Rutuku.Aho gushira hamwe nka Afrika tukaja kugwanira isahani mu muhana w'abandi. Abahagarariye ibihugu vya Afrika batuma ngira isoni. #OIF #Abatwip
89
facebook.com/share/v/192wib5… @pnininahazwe Bariko babwira abanyagihugu batanakuzi kukwiyamiriza. Certains politiciens ont un cerveau vierge.
1
66
Ngo ntaco turi itatugize🫣 Tuvuge ko tuvuge ko ari Imana ituma bamwe baba ibisuma vy'isukari?(Amahoro #Renovat) Ni yo yabagize abaryi b'ibiturire(Bonsoir PAF) Yoba ariyo ituma bamwe kunyuruza abandi? Ni vyinshi Abantu bari batagizwe n'Imana
Replying to @willynyamitwe
Ntaco turi itatugize🤲🏿.
2
130
Imana yaremye abantu bagororotse; ariko bo birondereye ivyo bigeneye vyinshi. Umusiguzi 7:29
1
26
Selon la bientôtcratie, c'est très bientôt
Does anyone know when we'll have digital IDs? When we'll have our own national airline? When our hospitals will be well equipped? When water will flow from our taps and showers whenever we need it? When electricity ll'be reliable enough to iron whenever we want? ⁉️
59
L'élève est très gênée mais ce putain d'enseignant pédophile continue sa soit disant démonstration
AFRIQUE: #CAMEROUN. Une vidéo devenue virale sur les réseaux sociaux suscite de nombreuses réactions. On y voit un enseignant expliquer à ses élèves de sexe féminin la technique de l’autopalpation mammaire, une méthode de sensibilisation à la prévention du cancer du sein. Au cours de cette démonstration, l’enseignant a utilisé une élève comme modèle et touche son sein gauche pour illustrer les gestes à effectuer lors de l’autopalpation. Si cette initiative semble s’inscrire dans une démarche de sensibilisation à la santé féminine, la méthode employée soulève des interrogations sur les limites à respecter dans un cadre scolaire, notamment en matière de consentement, de dignité et de protection des élèves.
94
Kama hunakimbelembele ishi milele. Siku yako itakuja na utakufa kama wengine. Ukikosa Huruma basi Funga kinywa na utowe matope Yako hapa
Replying to @FOCODE_
Kimbelembele, tuuu, ye ndo kajiona mtalaam sana wa maandamano? Muramushuka
2
218
#Abatwip Mbega mwabaye gute? Kuki mutamukeza docteur wacu? Dr.h.c Félicitation @GeneralNeva
2
3
247
Oya ntiyari chasse aux upronistes, sivyo. C'était chasse aux Tutsi y compris les enfants et même des personnes non membre d'aucun parti politique. Ça c'est un fait vérifiable. Dans les villages il y a eu des chasses aux Tutsi, des actes de génocide ont été commis.
Replying to @bdiphilosophe
Qui avait intérêt dans ce qui s'est passé? Pas du tout le FRODEBU. Iyo rhétorique rero ya génocide yishire ku ruhande. Vuga uti le Frodebu yabonye itoshobora igisoda ita ishavu kuba civiles. Ntihishwe ubwoko!!!!!
1
1
56
Les hutu ont aussi été tué par répression aveugle de l'armée.
1
1
43
Aha niho ntatahura ukwigizankana kwawe. Le président tué, était il président des Hutu uniquement ? Pourquoi ne pas affronter l'armée impolie et cruelle qui était responsable ? Pourquoi tuer des innocents tutsi qui venaient comme autre burundais de perdre leur président ?
Replying to @bdiphilosophe
Oui, ntivyumvikana nk'uko wokwica un président et ses collaborateurs bashigikiwe par une majorité de la population ukibaza ko bica bihera. Un fait, uwishe président yashaka gucréa chaos kandi yarabigezeko aranabiprofita.
2
1
30
Ce que tu qualifie de chaos est par contre une chasse à l'homme, des actes de génocide visant à faire disparaitre une ethnie entière
1
25
Kubwawe bahonye woba urokotse. Iyi mvugo y'ububwa yemeza ko umuntu aba mubi kubera ubwoko urakwiye kuyirenga ugashikira Ubuntu. Abatutsi bicana cank bicanye bariho. Abahutu bicana canke bicanye bariho. Abatutsi bagwanije ubwicanyi bamwe bakanabizira bariho Abahutu bagwanije
Nivyo mpejeje kuvuga uwutazi umututsi aramubarirwa..
1
2
609
ubwicanyi bakanabizira bariho. Muri make uvuze ubupfu. Murambabarira sinzi kwihanganira umwanda
1
35
Religion has become nonsense in Africa. Imagine this in a church. @Tnkurumutaga
You joke with Nigeria 🤣🤣
1
50
Hoba habura iki kugira bibukwe? Hoba hariho uwagize l'initiative yo kubibuka baramubuza? Uwabuze wese akwiye kwibuka uwiwe mu mutekano. Kuko umubabaro ni umubabaro hatarabwe uwo washikiye.
Replying to @ngendapatrick
Abahutu ibihumbi nibihumbagiza batawe mumawese naba sans échec Babona,utibagiye abambikwa amapine izuba riva Abo ntibigera bibukwai! Nkukumengo bo ntibarantu i! Iyonumvise abaraho birizayingona birantwenza gose!!
1
89
Où as tu lu dans mon tweet que je qualifie de normal cet act horrible ? Peu importe la puissance et la position des dirigeants tués, rien ne justifierait le fait de sauter sur les vieux,femmes, enfants,...qui ne connaissaient même ces dirigeants uniquement parce qu'ils sont
@bdiphilosophe selon toi, l'assassinat de Ndadaye était normal. Rappelez vous ceci: 5 ministres, 15 élus, 3 gouverneurs, une cinquantaine d'administrateurs, une quarantaine de DG ont été lâchement massacrés. Ivyo ni ibintu vyari bisanzwe kuri wewe? shame on you.
2
2
276
de la même ethnie que les soldats impolis et assassins ayant tué le président.
1
20
Nariko nsoma commentaires kuri facebook Ku nkuru yanditswe na @pnininahazwe . Ukuntu abana bakiri bato bumvishijwe ko ubwoko runaka aribwo bwishe President Ndadaye biteye isoni. Celui qui les a endoctrinés a réussi. Ils sont allés jusqu'à défendre qu'il était normal que la
4
6
2,415
Population tutsi soit exterminé en vengeance du président assassiné par des militaires que le bas peuple n'avait pas envoyé tuer le président. Honte à ceux qui empoisonnent notre jeunesse
3
301
Exemplaire par son engagement au développement.... Pourquoi j'ai vu ça ? @elonmusk devrait s'excuser pour ce gifle que mon cerveau vient de subir.
C'est évident, @pnininahazwe n'a pas de discipline! S'attaquer tjrs à SE @Burundi1stLady, une femme courageuse & exemplaire par son engagement au #développement #Burundi et sa sympathie active aux vulnérables, démontre son déficit mental et ses mensonges répétés en sont la preuve
62
La démocratie est théoriquement une bonne approche de gouvernance mais elle a besoin d'un peuple et de dirigeants convaincus et qui soient prêt à l'appliquer à tout prix. Quand la séparation des pouvoirs n'est plus assurée, quelle voie démocratique c pour un retour à l'ordre?
1
222
Uwabuze yaba incuti canke umwansi ntiwarukwiye kuvyina Ku mbuga uku. Bikunaniye kwifatanya nawe mu kababaro inumire. Urupfu ntiruherwa, umunsi wawe nawe uzoshika ubure uwawe canke nawe uhwere. Iyo umuntu yabuz si igih co kumubwira ngo ntaco wobona.
Replying to @KarerwaNdenzako
Quand vous tuez les autres, quand vous emprisonnez les gens, quand vous torturesz, quand vous forces des gens à l’éxil, vous pensez qu’ils n’ont pas des motions! Weho Urashobora no guhamba uwawe.
1
15
1,514